Ayavugwa mw’igura n’igurishwa ry’abakinyi: Mbappé, Walker, Di Maria, Laporte, Lingard, Ramos, Buffon
Umukinyi w’inyuma wa RB Leipzig na Croatia Josko Gvardiol w’imyaka 21, ari hafi yo kwimukira muri Manchester City ku giciro kitari bwigere kibaho muri uno murwi c’imiriyoni 86 z’amapawundi. (Telegraph) Umumenyereza wa Fulham Marco Silva w’imyaka 45 yanse amasezerano n’umurwi wo mw’ihiganwa ryo muri Arabia Saoudite(Saudi Pro League) aho yari kuronka umushahara w’imiriyoni 17 z’amapawundi….